Inzu ishobora gukorerwamwo(bureau), canke bashobora kubamwo, inzu nziza iri mu kibanza ciza muri Karitiye igezweho mu Burundi, umutekano ukwiye, Inzu igabuyemwo kabiri ishobora gufatwa n’abantu babiri, umwe akaba hasi uwundi akaba hejuru, inzu igizwe n’ivyuba 6 vyose birimwo Toillet na Douche Salons2 na salle a manger, kumwe n’ibikoni bibiri,
Ifise cloture nziza, Parking kumwe na Jardin.
NB: uko ari zibiri zikotwa 1500. 000fbu
iyo hasi igakotwa 800.000fbu
Nayo hejuru 700.000
Karibu Mushobiora guhamagara uri mu gihugu ku numero 79834051
Mention Nihehe when calling seller to get a good deal