Description
🚨🚨 " Kuva ntanguye kugurira ibikoresho vyo munzu hano hantu abaje muhira baratamarigwa maze bakambaza kenshi iyo nabiguriye kubera Ubwiza n'ubukomezi bwavyo."
Ivyo ni bimwe muvyo twayagiwe n'umwe mu bakiriya ( Clients ) b'Uruganda rusanzwe rukora ibikoresho vyo munzu bitandukanye 𝗦𝗼𝗳𝗮 𝗕𝘂𝘀𝗶𝗻𝗲𝘀𝘀 𝗠𝗲𝘂𝗯𝗹𝗲 𝗕𝘂𝗷𝘂𝗺𝗯𝘂𝗿𝗮
Runo ruganda rurakora kandi n'ibindi bikoresho bigiye bitandukanye harimwo Intebe ( Salon Ministre ) , Ibitanda , Salle à Manger,... Vyiza kandi ku giciro ciza cane
Ubakeneye wobasanga mu NGAGARA Q.9 AVENUE 8 canke kuri Telefone ngendanwa : +257 67 753 568
Reviews
To write a review, you must login first.
From the Same Seller